Denise B. Nkurunziza Profile Banner
Denise B. Nkurunziza Profile
Denise B. Nkurunziza

@DeniseBucumi

63,142
Followers
3
Following
174
Media
302
Statuses

Former First Lady of #Burundi , Senior Pastor in the Community of the Churches of the Rock and Chairperson of @FondationBuntu

Burundi
Joined September 2016
Don't wanna be here? Send us removal request.
@DeniseBucumi
Denise B. Nkurunziza
4 years
Kw’izina ry’Umuryango wacu, ndashimiye bimwe bivuye ku mutima mwebwe mwese mwatubaye hafi mukaturemesha muri ibi bihe bigoye. Ndashimiye cane cane Leta y’Uburundi, mpereye kuri Nyenicubahiro @GeneralNeva . Imana Ibahezagire cane! Ibi bihe bitwigishe natwe gutegura iherezo ryacu.
Tweet media one
194
417
2K
@DeniseBucumi
Denise B. Nkurunziza
4 years
Je voudrais exprimer ma reconnaissance à vous tous qui nous avez témoigné amour et sympathies durant ces moments éprouvants. Sincères remerciements à SE @GeneralNeva et au @BurundiGov . Puissent ces moments nous rappeler que nous devons marcher dans la crainte de Dieu.
Tweet media one
84
338
1K
@DeniseBucumi
Denise B. Nkurunziza
2 years
Malgré les difficultés, Dieu nous réserve des moments d'allégresse pour nous consoler. Félicitations cher Kevin et Katia pour votre mariage. Je profite encore cette occasion pour remercier mon époux P.Nkurunziza qui nous a hérités la bénédiction de la part de Dieu et des hommes.
Tweet media one
Tweet media two
116
144
1K
@DeniseBucumi
Denise B. Nkurunziza
1 year
The family of the Late President Peter Nkurunziza wishes you merry Christmas and happy new Year
Tweet media one
81
126
1K
@DeniseBucumi
Denise B. Nkurunziza
2 years
Cher fils Jonathan, félicitations pour ce diplôme décroché. Je sais comment tu as travaillé dur pour atteindre ce bel objectif. La famille est d'autant plus fière de toi et de ta réussite. Grâce à Dieu, nous sommes confiants en ton avenir, et en de nouveaux succès. Amen!
Tweet media one
Tweet media two
Tweet media three
74
107
1K
@DeniseBucumi
Denise B. Nkurunziza
4 years
I would like to express my deepest gratitude to the People and Friends of Burundi who showed us love and sympathy during this time of affliction. Sincere thanks to HE @GeneralNeva and @BurundiGov . May God bless you!
Tweet media one
58
281
1K
@DeniseBucumi
Denise B. Nkurunziza
6 months
Umuryango Usirwa na Petero Nkurunziza turabipfurije Noheri nziza n'Umwaka mwiza 2024.
Tweet media one
100
93
964
@DeniseBucumi
Denise B. Nkurunziza
2 years
Je voudrais te réitérer ma reconnaissance pour ton amour, courage, bravoure, charité, sincérité, honnêteté, crainte de Dieu, et ton patriotisme cher Feu Président Pierre Nkurunziza. Tu étais non seulement mon Époux mais aussi mon Enseignant. Repose toujours en paix!
Tweet media one
Tweet media two
Tweet media three
Tweet media four
75
226
886
@DeniseBucumi
Denise B. Nkurunziza
4 years
A ma très chère sœur S.E @Burundi1stLady , je souhaite pleins succès dans ses nouvelles fonctions. Je prie que la faveur de Dieu soit sur sa vie et celle de sa famille. Je lui réaffirme mon soutien dans tout ce qu'elle entreprendra au profit des femmes et des jeunes du #Burundi .
Tweet media one
59
250
837
@DeniseBucumi
Denise B. Nkurunziza
2 years
Aujourd'hui où grâce à toi je célèbre une nouvelle année de ma vie, je me mets à genoux pour te bénir et te rendre grâce Seigneur. Pendant mes moments d'angoisse, de tristesse et de doute, tu es là. Dans le désespoir, dans l'amertume et moments de joie, tu es près de moi.Alléluia
Tweet media one
122
79
795
@DeniseBucumi
Denise B. Nkurunziza
4 years
Il y a quelques années, lorsque nous avons accueilli ces enfants à l’orphelinat le Bon Samaritain, leur état de santé était plus que préoccupant. Les voir grandir et s’épanouir me rappelle la grandeur et la fidélité de Dieu. Aucune situation n’est désespérée aux yeux de Dieu!
Tweet media one
79
189
725
@DeniseBucumi
Denise B. Nkurunziza
1 year
Waruhutse ubutame bwawe. Imana yaguhaye akaruhuko kadashira, ihabwe icubahiro.
Tweet media one
56
160
688
@DeniseBucumi
Denise B. Nkurunziza
4 years
Ibihe vyose Imana ntihinduka.
84
156
660
@DeniseBucumi
Denise B. Nkurunziza
2 years
Naho duca mu bintu bibabaje, Imana ntihemuka yama idutegurira ibihe vy'akanyamuneza, ikatwirura. Kevin ndagukeje kuba utuzaniye Umukazana Katia mu muryango. Muri uno munezero mfise, ndashimiye kandi Papa wawe kuko yatashe neza adusigiye Imana n'abantu.Imana Ihezagire urugo rwanyu
Tweet media one
Tweet media two
Tweet media three
56
91
642
@DeniseBucumi
Denise B. Nkurunziza
3 years
Intahe tumaze imisi twumva ku bwa Nyakwigendera Petero Nkurunziza zasubiriye kutwereka Ubuntu bw'Imana buri ku muryango wacu. Turashimiye Imana kuba yagiye amahoro asigiye iragi ryiza Abarundi. Natwe nk'Umuryango dusubiriye kuvuga ngo niyiruhukire amahoro kuko ntiyadupfiriye nabi
Tweet media one
60
170
623
@DeniseBucumi
Denise B. Nkurunziza
4 years
Ikintu cose Imana yagishingiye igihe caco. Hari igihe co kunezerwa n'igihe co kubabara. Ariko muri ivyo bihe nyene Imana igenda irakomeza abantu bayo gushika bavuye muri iyi si. Ndafise ishimwe kuba uyu mwaka ndawurangije amahoro nkaba uno musi nkwije imyaka 51.Ubu ni ubuntu gusa
Tweet media one
Tweet media two
Tweet media three
Tweet media four
100
122
624
@DeniseBucumi
Denise B. Nkurunziza
3 years
Mfashe kano kanya kugira ndabipfurize mwese aho muri hose, Noheri nziza y'akanyamuneza n'amahoro bitangwa n'Umwami w'amahoro (Kristo). Ndabipfurije kandi Umwaka mwiza wa 2021. Uze ubabere umwaka wo gukora ivyo mutashoboye gukora mu mwaka uheze, mufise umutima utekanye, uruhutse.
81
133
560
@DeniseBucumi
Denise B. Nkurunziza
3 years
"L'amour d'une mère c'est comme l'air: c'est si banal qu'on ne le remarque même pas. Jusqu'à ce qu'on en manque": C'est à travers tes mains et ton dos, que Dieu désire toucher et porter ceux qui en ont le plus besoin, les jeunes orphelins. Répandons l'amour, restaurons l'espoir!
Tweet media one
23
114
548
@DeniseBucumi
Denise B. Nkurunziza
3 years
Kw’izina ry'umuryango wanje no kw’izina ryanje nyene, ndakeje cane Nyakwubahwa Réverien Ndikuriyo yaraye yizigiwe n’Abagumyabanga kugira arongore Umugambwe @CnddFdd . Imana izobahe ikiganza ciza muri ayo mabanga. Nanje nk'umukozi w'Imana nzobashigikiza amasengesho.
Tweet media one
52
166
540
@DeniseBucumi
Denise B. Nkurunziza
4 years
Ndashimiye cane ubuserukizi bw'Umugambwe @CnddFdd mu ntara ya @NgoziProvince , kuba bantumiye mu masengesho asozera imisi 30 bari bamaze bibuka bongera bazirikana iragi ry'Umuhisi Nyenicubahiro @pnkurunziza . Imana Ibahezagire. Nabibukije ko dukwiye guhunga urupfu rwa kabiri
Tweet media one
Tweet media two
Tweet media three
Tweet media four
48
181
545
@DeniseBucumi
Denise B. Nkurunziza
3 years
I signed in the book of condolences with remembrance that the late President @MagufuliJP was not only a friend of #Burundi , but also a close friend to our family. On behalf of the family of late President Pierre Nkurunziza, I wish him a good rest.
Tweet media one
Tweet media two
24
145
513
@DeniseBucumi
Denise B. Nkurunziza
11 months
#Burundi : Je me rejoins à mes compatriotes pour chaleureusement féliciter SE @1stLadyBurundi pour le Prix des Nations Unies en matière de la population amplement mérité. Ce grand honneur récompense tes activités exemplaires et couronne tes éminents services envers la population
Tweet media one
21
144
518
@DeniseBucumi
Denise B. Nkurunziza
3 years
J’ai une immense joie de souhaiter à toutes et à tous joyeuses fêtes de fin d’année. Que Noël vous apporte le Bonheur et la Paix par notre Seigneur Jésus Christ. Que l’an 2021 soit une année d'encore plus d'épanouissement et de bénédictions. Amen!
59
109
492
@DeniseBucumi
Denise B. Nkurunziza
3 years
It is great joy to find out that my Sister Jannet Magufuri is now recovering after the passing away of the late President @MagufuliJP . The historical experiences we are sharing in Chato- Tanzania are helping each of us to move on with life.
Tweet media one
Tweet media two
Tweet media three
Tweet media four
32
137
492
@DeniseBucumi
Denise B. Nkurunziza
3 years
#Burundi : En encadrant la population de la commune Gashikanwa à travers des projets agropastoraux,nous veillons à la pérennisation de la vision de notre Chef de famille feu Président Nkurunziza. Notre soutien à S.E Evariste Ndayishimiye,car oui, chaque bouche doit avoir à manger!
Tweet media one
Tweet media two
Tweet media three
Tweet media four
25
163
489
@DeniseBucumi
Denise B. Nkurunziza
1 year
En ce jour de récolte, notre famille remercie le Tout-Puissant qui ne cesse de donner la rosée du ciel et de rendre la terre fertile pour qu’elle produise la nouriture nécessaire,nous nous inclinons devant sa gloire et son immense bonté et nous le rendons grâce pour cette récolte
Tweet media one
Tweet media two
Tweet media three
Tweet media four
30
86
486
@DeniseBucumi
Denise B. Nkurunziza
3 years
By experience, I have seen that God is able to comfort people in hard times. My prayers and sympathy are directed to the family of the late President @MagufuliJP , and to all the people of Tanzania so that they may be consoled in these times of affliction.
27
168
488
@DeniseBucumi
Denise B. Nkurunziza
3 years
Jewe n’Umuryango wanje ntituzokwigera duhagarika gusengera igihugu. Twarabonye Imana ikora, nico catumye tuduga umusozi kugira twifatanye n'Umuryango wa Nyenicubahiro @GeneralNeva hamwe n'Abarundi bose muri kino gikorane, muri Komine Mutaho kugira dushimire Imana yama ituba hafi.
Tweet media one
49
144
454
@DeniseBucumi
Denise B. Nkurunziza
4 years
Comme il est de coutume dans notre famille, nous avons procédé ce samedi, à @NgoziProvince , à la semence de nos champs et nous avons prié pour la prochaine saison culturale car c'est Dieu qui fournit la semence au semeur et lui donne, avec largesse, une récolte nécessaire.
Tweet media one
Tweet media two
Tweet media three
Tweet media four
27
146
468
@DeniseBucumi
Denise B. Nkurunziza
2 years
Mwese ndabipfurije Noheri nziza y'Umunezero. Itubere akaryo ko kunezerwa kuko twararonse Umukiza yatuzaniye amahoro n'umunezero. Muri uwo munezero, twibuke gusabikanya n'abadafise
70
94
422
@DeniseBucumi
Denise B. Nkurunziza
4 years
Ndashimiye Imana ku nteguro nziza cane y'amasengesho twari tumazemwo imisi i Ngozi. Turashinga intahe ko twumvise ivyo amatwi yacu atari bwumve. Nsabiye umugisha Umuryango wa Nyenicubahiro @GeneralNeva , bashobozwe gushishikara kuzigama iragi ryo kwubaha Imana mu #Burundi .
Tweet media one
Tweet media two
Tweet media three
Tweet media four
35
143
425
@DeniseBucumi
Denise B. Nkurunziza
5 years
Nous nous réjouissons de la reconnaissance par la Fondation Merck,des efforts que nous fournissons dans la lutte contre la stigmatisation des couples infertiles. Nous remercions tous les Burundais et les partenaires pour leur soutien.
Tweet media one
Tweet media two
Tweet media three
Tweet media four
16
169
390
@DeniseBucumi
Denise B. Nkurunziza
4 years
Kuri uno musi twibuka igandagurwa ry'Incungu y'Ukwikukira Umuganwa Rudoviko Rwagasore, ni akaryo keza ko kuzirikana twongera dushimira Imana kubw'abo bose bemeye gutanga ikiguzi c’ubuzima bwabo bariko baharanira iteka n'itekane vy'Uburundi
Tweet media one
Tweet media two
20
136
390
@DeniseBucumi
Denise B. Nkurunziza
3 years
Ndashimiye Imana yari yarampaye Umugabo mwiza atari ku gihagararo gusa ariko no ku mutima. Imisi twabanye yose ntiyigeze ankubita, yaramfashije kurera abana kandi ntaco yampisha. Vy'ukuri narabuze umuhanuzi wa mbere. Nyenicubahiro Petero Nkurunziza wambereye umugisha muri vyinshi
Tweet media one
Tweet media two
Tweet media three
Tweet media four
35
111
391
@DeniseBucumi
Denise B. Nkurunziza
3 years
#Burundi : Muri bino bihe vya Pasika ni ibihe vy'Umunezero twakuye mu rupfu no mu kuzuka kwa Kristo. Nta mpamvu yo kwiganyira kuko vyose Imana yarabiduhaye mu mwana wayo Kristo Yesu. Mugire Pasika nziza!!
Tweet media one
Tweet media two
58
109
379
@DeniseBucumi
Denise B. Nkurunziza
4 years
Ibintu bitatu udakwiye kwibagira iyo uri mu bibazo
45
102
383
@DeniseBucumi
Denise B. Nkurunziza
2 years
Ndashima Imana kubw'imvura yaguye. Barimyi, dusohore imbuto kandi twirinde gutakaza ivyizigiro. Twijukire uburimyi n'ubworozi maze Imana izohezagira Ibikorwa vy'amaboko yacu. DUSENGE DUKORA, DUKORE DUSENGA.
Tweet media one
Tweet media two
Tweet media three
Tweet media four
39
64
370
@DeniseBucumi
Denise B. Nkurunziza
3 years
Tugiye inama n'ibibondo Imana yaduhaye, uno musi twazindukiye mu gikorwa co gushitsa igikorwa Nyakwigendera Petero Nkurunziza yadusigiye. Hari abo yari yarasezeraniye kugabira inka harimwo umwana twareze aheruka kwibaruka nico gituma tunezerejwe no gushitsa iryo ragi ry'urukundo.
Tweet media one
Tweet media two
Tweet media three
Tweet media four
38
103
368
@DeniseBucumi
Denise B. Nkurunziza
3 years
Heureuse de prendre part aux cérémonies de la Journée Internationale de la Femme organisée à @Gitega . Etre une Femme est non seulement une fierté mais c'est surtout une immense responsabilité. Que Dieu bénisse la Femme
Tweet media one
Tweet media two
Tweet media three
Tweet media four
16
134
370
@DeniseBucumi
Denise B. Nkurunziza
5 years
#Burundi : Nous nous réjouissons de la réussite de la Conférence Internationale des Femmes Leaders, 2ème édition. Nous remercions tous ceux qui, de près ou de loin, nous ont soutenus moralement et matériellement. Nous souhaitons un retour sain et sauf à toutes les délégations
Tweet media one
Tweet media two
Tweet media three
Tweet media four
16
159
366
@DeniseBucumi
Denise B. Nkurunziza
4 months
Kw'Izina ry'Umuryango usigwa na Petero #Nkurunziza no kw'izina ryanje nyene, nagomba nshimire cane Umuryango wa Nyenicubahiro @GeneralNeva ingene batubaye hafi mu guherekeza Umuvyeyi wacu. Turashimiye kandi abantu mwese mwatubaye hafi muri ibi bihe bigoye. Imana Ibahezagire cane
29
120
372
@DeniseBucumi
Denise B. Nkurunziza
5 years
Je m’apprête à célébrer, ce 1er déc. 2019, mon 50ème anniversaire. Je rends grâce à Dieu pour toutes ces années. Je rends hommage à mes chers parents, à mon merveilleux époux et à nos enfants, véritables dons de Dieu. À vous tous qui avez enrichi ma vie, Merci. Dieu vous bénisse!
Tweet media one
50
128
357
@DeniseBucumi
Denise B. Nkurunziza
5 months
#Burundi : La famille de feu Président Pierre Nkurunziza a la profonde douleur d'annoncer aux amis et connaissances la mort de la mère de #Nkurunziza survenue dans l'après-midi de ce vendredi à l'Hôpital de #Ngozi . Hahirwa Abapfa bapfira mu Mwami
85
105
352
@DeniseBucumi
Denise B. Nkurunziza
5 years
Igenekerezo rya 1/12/2019 nzoba nkwije imyaka 50 y'amavuka: ndashimiye cane Imana yanzigamye. Ndashimiye kandi Abavyeyi banyibarutse, Umugabo wanje mwiza, Abana Imana yaduhaye, Abanyigishije, Abambwiye Ubutumwa bwiza,n'umuntu wese yagize uruhara mu buzima bwanje.Imana Ibahezagire
Tweet media one
99
136
349
@DeniseBucumi
Denise B. Nkurunziza
10 months
#Burundi : En reconnaissant que nous sommes le temple de Dieu, nous devons entretenir notre corps par le sport. Essayons de trouver du temps pour faire le sport en vue d'une meilleure santé
34
56
344
@DeniseBucumi
Denise B. Nkurunziza
2 years
Ndakengurutse cane kw'iteka natewe n'indongozi za @CnddFdd kugira ngo ngabure ubutumwa bwiza mu gikorane i @Gitega . Turabakeje kw'iragi ryo kwubaha Imana ririko rirabaranga. Turabateye intege ngo bakomere, ntibanyiganyige kuko Imana ariyo yabatoranije kugira bashitse ishaka ryayo
Tweet media one
Tweet media two
Tweet media three
Tweet media four
34
106
340
@DeniseBucumi
Denise B. Nkurunziza
5 years
Je suis touchée d’être primée comme Actrice du Changement, Prix que je dédie à mon Cher Epoux, SE @pnkurunziza pour son soutien inlassable, au Peuple #Burundi -ais en général et aux femmes en particulier. Les œuvres que nous faisons ensemble sont appréciées au Ciel et sur Terre.
Tweet media one
Tweet media two
Tweet media three
Tweet media four
50
150
330
@DeniseBucumi
Denise B. Nkurunziza
4 years
C'était un réel plaisir de recevoir l'équipe @intwararumuri à l'orphelinat le Bon Samaritain de Buye. Leur présence et leur contribution matérielle nous encouragent à poursuivre notre mission de venir en aide aux orphelins pour leur offrir une meilleure enfance. Dieu les bénisse!
Tweet media one
Tweet media two
22
100
329
@DeniseBucumi
Denise B. Nkurunziza
4 years
Gloire à Dieu qui nous a permis de vivre ce jour special où nous procédons au lancement officiel des activités de la @CIFLeaders . Je réitère mes sincères remerciements à SE @Burundi1stLady pour nous avoir fait l’honneur de se joindre à nous pour soutenir cette activité.
Tweet media one
Tweet media two
20
117
324
@DeniseBucumi
Denise B. Nkurunziza
5 years
I am humble to see that our work is not only seen by God, but also by people. I am today suprised to be recognized as actess of Change. I dedicate these awards to my lovely husband, HE @pnkurunziza for his unwavering support, to all #Burundi -ans especially women.
Tweet media one
Tweet media two
Tweet media three
Tweet media four
59
173
319
@DeniseBucumi
Denise B. Nkurunziza
3 years
Imana Ihezagire Umuryango wa Nyenicubahiro #Ndayishimiye wateguye igikorane co gushimira Imana i @Gitega . Ndabashimiye ku butumire aho twasangiye ijambo ry'Imana rishingiye kuguhariranira. Ese Abarundi twogira urukundo rw'ukuri rukadushikana k'ugusubiza hamwe ubutagisubira inyuma
Tweet media one
Tweet media two
22
104
316
@DeniseBucumi
Denise B. Nkurunziza
1 year
Ndabipfurije umwaka mwiza w'2023
29
46
315
@DeniseBucumi
Denise B. Nkurunziza
4 years
Remerciements à toutes mes Chères sœurs Femmes Pasteurs venues de différentes Églises du #Burundi pour méditer ensemble sur la parole de Dieu se trouvant dans Prov 19:11 : « Celui qui a de la sagesse est lent à la colère, Et il met sa gloire à oublier les offenses ». Soyez bénis!
Tweet media one
Tweet media two
Tweet media three
Tweet media four
8
98
315
@DeniseBucumi
Denise B. Nkurunziza
3 years
Ndashimiye indongozi z'Umugambwe @CnddFdd kuba bampaye akaryo ko gusangira ijambo ry'Imana n'Abagumyabanga mu masengesho y'uno musi.Twibukijwe amasezerano twasezeraniye Imana, harimwo umusi wa kane twahariye kwisonzesha no gusenga mu Mpwemu no mu kuri. Imana idushoboze kuyumvira.
Tweet media one
Tweet media two
Tweet media three
Tweet media four
17
110
309
@DeniseBucumi
Denise B. Nkurunziza
4 years
Aujourd’hui est un jour de joie et de célébration. Je rends grâce au Seigneur pour mes 51 ans, 51 ans de miséricorde, de protection et d’amour inconditionnel. Dieu a été fidèle dans toutes les saisons de ma vie. Il n’y a pas d’ami plus fidèle que Jésus car Tout est grâce.
Tweet media one
Tweet media two
Tweet media three
Tweet media four
0
62
310
@DeniseBucumi
Denise B. Nkurunziza
3 years
Ingabire yahawe umuryango wacu kuri rino genekerezo rya 26 Ruheshi, ku kibuga "Nkurunziza peace park complex stadium" ca @makambaProvince ni ikindi kimenyetso Imana itweretse ko vy'ukuri, Ariyo Mugabo w'abapfakazi, Ikaba na Se w'ipfuvyi. Imana Ihezagire abagize ico batanga bose!
Tweet media one
Tweet media two
Tweet media three
42
83
303
@DeniseBucumi
Denise B. Nkurunziza
2 years
C'était une immense joie de célébrer le 60è anniversaire de l'indépendance du #Burundi avec nos compatriotes de la diaspora à Dubaï. Soyons reconnaissants que la dignité et le bonheur de notre pays proviennent de ce grand jour de l'indépendance. Joyeuse fête à tous les Burundais!
Tweet media one
Tweet media two
Tweet media three
Tweet media four
5
70
310
@DeniseBucumi
Denise B. Nkurunziza
3 years
#Burundi : Mes vifs remerciements à mes sœurs membres de la diaspora burundaise qui m'ont convié à une conférence virtuelle qui nous a toutes tant appris.C'est par amour et estime du travail des autres que nous allons faire des exploits, c'est dans l'unité que résidera notre force
Tweet media one
Tweet media two
Tweet media three
Tweet media four
16
99
309
@DeniseBucumi
Denise B. Nkurunziza
3 years
Tweet media one
11
72
306
@DeniseBucumi
Denise B. Nkurunziza
2 years
Nos vifs remerciements à la Fondation Pax #Burundi pour avoir organisé la 2ème édition de #NkurunzizaCup2022 . Cela constitue un soutien indéfectible et un honneur pour la famille de feu Président Pierre Nkurunziza. Que Dieu vous bénisse abondamment!
Tweet media one
Tweet media two
Tweet media three
Tweet media four
9
69
298
@DeniseBucumi
Denise B. Nkurunziza
2 years
#Burundi : C'est avec immense joie que j'adresse mes sincères félicitations à S.E Angeline #Ndayishimiye , @Burundi1stLady pour la qualité et la réussite de l'organisation de la 3è éd. du Forum de haut niveau des femmes leaders. Merci ma chère! Une femme formée fait des merveilles
Tweet media one
Tweet media two
Tweet media three
Tweet media four
16
79
301
@DeniseBucumi
Denise B. Nkurunziza
3 years
#Burundi : Je voudrais exprimer ma reconnaissance à vous tous qui nous avez témoigné amour et sympathies jusqu'à ce jour où nous avons procédé à la levée de deuil définitive de SE Pierre Nkurunziza. Sincères remerciements à SE @GeneralNeva et au @BurundiGov
Tweet media one
Tweet media two
Tweet media three
Tweet media four
9
106
293
@DeniseBucumi
Denise B. Nkurunziza
2 years
Je voudrais exprimer ma reconnaissance à Son Excellence Angeline #Ndayishimiye , la Première Dame du #Burundi qui vient de nous témoigner amour et générosité à travers sa visite à l'Orphelinat "Umusamariya w'Imbabazi". Que Dieu vous bénisse chère @Burundi1stLady
Tweet media one
Tweet media two
Tweet media three
Tweet media four
13
91
276
@DeniseBucumi
Denise B. Nkurunziza
4 years
Narahimbawe no kwifadikanya n'Abenegihugu bo muri @BujumburaProv , komine Isare muri zone Nyambuye, kugira dushimire Imana kuba yaratuzigamye muri vya bihe vy'intambara tukaba turiho gushika uyu musi. Kabaye akaryo ko kwibukanya ko tubayeho kubw'imbabazi z'Imana
Tweet media one
Tweet media two
Tweet media three
Tweet media four
22
83
277
@DeniseBucumi
Denise B. Nkurunziza
1 year
Biragoye kuronka majambo aremereye nokoresha kugira nshimire Imana kuri uno musi aho @BuntuTv ikwije imyaka itanu isamirana mu gihugu cose. Iyo ugize indoto ushobora guhura n'ibiguca intege vyinshi ariko ugumije umutima, ukizera Imana urateba ugashika kuri iyo ndoto. Turabakeje
Tweet media one
37
28
274
@DeniseBucumi
Denise B. Nkurunziza
2 years
Mes sincères félicitations à Votre Excellence Evariste #Ndayishimiye , Président de la République pour votre 2ième anniversaire. Merci aussi pour le temps que vous m'avez accordé pour la prédication. Que Dieu vous fortifie davantage afin de propulser le développement du #Burundi .
Tweet media one
Tweet media two
Tweet media three
Tweet media four
12
81
269
@DeniseBucumi
Denise B. Nkurunziza
3 years
Gusengera imbuto imbere yo guteragira ni umugenzo mwiza twasigiwe na Nyakwigendera Nyenicubahiro Petero Nkurunziza. Kukaba nkako Imana niyo igaba ikirere n'ibihe. Nico gituma tweretse Imana imbuto twateye ku musozi wa Rutanga muri Komine Gashikanwa mu ntara ya @NgoziProvince
Tweet media one
Tweet media two
Tweet media three
18
104
265
@DeniseBucumi
Denise B. Nkurunziza
2 years
Turashimiye Imana iduha imvura n'umuco bikwiye bigatuma twimbura, maze umunwa ukaronka ico ufungura. Tugumane iragi ryo gusengera imbuto kugira ngo Imana ibandanye ihezagira indimiro zacu na cane cane muri uwu mwaka Nyenicubahiro Umukuru w'Igihugu cacu yitiriye uw'Uburimyi
Tweet media one
Tweet media two
Tweet media three
Tweet media four
50
85
271
@DeniseBucumi
Denise B. Nkurunziza
4 years
Heureuse d’avoir participé et donné ma contribution dans l'événement si riche organisé par Global Leadership Summit(GLS) où les responsables des Églises ont activement échangé sur le leadership chrétien. Je les ai encouragés à demeurer ferme dans la foi.
Tweet media one
Tweet media two
Tweet media three
Tweet media four
8
65
267
@DeniseBucumi
Denise B. Nkurunziza
2 years
Ndashimiye cane Ishirahamwe Hello-Be kuba ryantumiye nk'Umukozi w'Imana mu birori vyo kwugurura Polyclinique Dunamai Medical Center, aho naronse akaryo ko kubabwira ubutumwa bushimikiye ku rukundo kuko umwuga wo kuvura uryoha ku muntu afise umutima w'urukundo
Tweet media one
Tweet media two
Tweet media three
Tweet media four
27
50
263
@DeniseBucumi
Denise B. Nkurunziza
4 years
Dieu soit loué pour un début excellent de la 3ème Éd. de la Conférence Internationale des Femmes Leaders à #Bujumbura . Au nom de la @CIFLeaders , je remercie tous les participants tant nationaux qu'internationaux sans oublier Madame Bintou Kéita qui nous a rejoint virtuellement
Tweet media one
Tweet media two
Tweet media three
Tweet media four
9
89
271
@DeniseBucumi
Denise B. Nkurunziza
4 years
#Burundi : C’était un plaisir de vous recevoir chère Bintou Kéita; nos échanges sont toujours constructifs. Nous sommes déterminées à poursuivre notre action en faveur de la Consolidation de la Paix et de l'Empouvoirement de la femme
Tweet media one
Tweet media two
Tweet media three
Tweet media four
8
119
260
@DeniseBucumi
Denise B. Nkurunziza
4 years
Au dernier jour de la 3ème Ed. de la Conférence internationale des femmes leaders, nous sommes plus que déterminées à jouer pleinement notre rôle, en tant que femmes de destinée, dans la consolidation de la Paix, qui est à la fois le socle et le pilier des familles et des Nations
Tweet media one
Tweet media two
Tweet media three
Tweet media four
6
87
261
@DeniseBucumi
Denise B. Nkurunziza
5 years
Je souhaite la bienvenue à toutes les délégations qui se déplacent vers le #Burundi pour participer à la 2ème édition de la Conférence Internationale des Femmes Leaders, qui débute ce jeudi 24 octobre 2019. Bienvenue à Honorable Madame Salma #Kikwete qui nous est arrivée ce soir.
Tweet media one
Tweet media two
5
134
258
@DeniseBucumi
Denise B. Nkurunziza
3 years
Ndipfurije umusi mukuru mwiza Abakenyezi bagenzanje. Mu kuwuhimbaza twiyumvire kuri aya majambo ari mu Migani 11:22
Tweet media one
16
79
251
@DeniseBucumi
Denise B. Nkurunziza
3 years
Ikigo Umusamariya w’imbabazi kirakengurukiye cane Nyeniteka Umukuru wa @nshimgameka ku mutima w’urukundo yeretse impfumvyi tuharereye mu kubafasha guhimbaza neza Umwaka mushasha. Twanezerejwe kandi n’ingabire Abakenyezi b’Imboneza batuzaniye muriyo ntumbero nyene. Muragahezagirwa
Tweet media one
Tweet media two
Tweet media three
Tweet media four
12
81
242
@DeniseBucumi
Denise B. Nkurunziza
3 years
Ni furaha kubwa kukutana na Dada yangu Jannet Magufuri ambaye sasa amefarijika baada ya kufariki kwa Hayati @MagufuliJP . Uzoefu wa kihistoria tunaoshiriki huku Chato- Tanzania unasaidia kila mmoja wetu kuendelea na maisha
Tweet media one
Tweet media two
Tweet media three
Tweet media four
17
59
250
@DeniseBucumi
Denise B. Nkurunziza
3 years
Ndashimiye cane Indongozi za @NgoziProvince ku butumire bampaye kugira nifatanye n'imvukira mu nama yabaye ku musi w'ejo. Nasavye indongozi gutera iteka intara yacu mu kugira umutima w'ubuvyeyi, urangwa n'ubwizigirwa n'ubuntu nk'uko Nyenicubahiro @GeneralNeva yama yabiduhanuye.
Tweet media one
Tweet media two
Tweet media three
Tweet media four
21
90
239
@DeniseBucumi
Denise B. Nkurunziza
3 years
Heureuse de me joindre à mes compatriotes natifs de @NgoziProvince pour accueillir le flambeau de la paix, la paix qui a été chèrement acquise au #Burundi . Soyons unis pour mieux la préserver et tirer profit de ses dividendes pour nous atteler au développement de notre patrie.
Tweet media one
Tweet media two
Tweet media three
7
70
233
@DeniseBucumi
Denise B. Nkurunziza
1 year
Ndashimiye cane indongozi z'Umugambwe @CnddFdd kw'iteka banteye kugira dusangire ijambo ry'Imana mu gikorane kiriko kibera i @Gitega . Muze tumere nka Nehemiya mu gukunda igihugu cacu no mu kuba abizigirwa. Tugikorere naho abansi bohaguruka nk'uko vyabaye mu gihe ca Nehemiya
Tweet media one
Tweet media two
Tweet media three
Tweet media four
13
73
233
@DeniseBucumi
Denise B. Nkurunziza
4 years
La Bible dit que nul n’est prophète chez soi. Mais, mes sœurs compatriotes me prouvent chaque jour le contraire. Leur reconnaissance me réchauffe le cœur et m’encourage à poursuivre mon engagement. Ensemble, nous amènerons le changement dans notre patrie #Burundi
Tweet media one
Tweet media two
Tweet media three
Tweet media four
11
99
236
@DeniseBucumi
Denise B. Nkurunziza
3 years
Umukenyezi w'umunyamwete aratunga, agatungisha umuryango n'igihugu
Tweet media one
19
66
231
@DeniseBucumi
Denise B. Nkurunziza
3 years
#Burundi : Ndashimiye cane Irerero ry'impfuvyi "Nice Hope House orphanage ryo mu ntara ya @Gitega kuba baratugabanirije ku mfungurwa Imana yari yabahezagije, bakatugemurira mu kigo c'impfuvyi "Umusamariya w'Imbabazi" kiri muri Komine #Mwumba @NgoziProvince . Imana Ibahezagire cane
Tweet media one
Tweet media two
Tweet media three
9
69
229
@DeniseBucumi
Denise B. Nkurunziza
1 year
Impanuro kugira Abakozi n'abakoresha bose bari hamwe bashobore kurwiza umwimbu #Burundi
31
57
228
@DeniseBucumi
Denise B. Nkurunziza
5 years
Au cours de ma mission en République Arabe d' #Egypte , j'ai eu des échanges fructueux avec ma sœur Première Dame de ce pays Intisar Al Sisi et les visites effectuées dans différentes institutions m'ont beaucoup inspirée
Tweet media one
Tweet media two
Tweet media three
Tweet media four
13
97
230
@DeniseBucumi
Denise B. Nkurunziza
2 years
#Burundi : Bonne fête à toutes les femmes du monde
13
35
224
@DeniseBucumi
Denise B. Nkurunziza
3 years
Ndashimiye cane Imana yaduhaye ibihe vyiza muri ino misi itatu twari tumaze mu gikorane i @makambaProvince . Ndashimiye kandi indongozi zitandukanye zaje kudushigikira no gusangira natwe akanyamuneza k'Umusi Mukuru wa Pantekote. Imana Ibahezagire cane
Tweet media one
Tweet media two
Tweet media three
Tweet media four
29
68
222
@DeniseBucumi
Denise B. Nkurunziza
4 years
Kuri uno musi twaramutse tuyaga n'indongozi mu mashengero hano mu @MairieBujumbura . Nabateye akamo ko dukwiye kureka kwitesha agaciro mu kwama mu matati no mu manza z'abanyamashengero. Ivyo bikwiye guhagarara, ahubwo tugashigikiza Intwaro ibikorwa, amasengesho no kuba abizigirwa
Tweet media one
Tweet media two
Tweet media three
Tweet media four
19
70
217
@DeniseBucumi
Denise B. Nkurunziza
2 years
#Burundi : Je saisis cette occasion pour vous inviter à prendre part aux activités de la croisade d'évangélisation organisée en date du 15 au 17 juillet 2022 sous le thème: "Préparez le chemin de l'Éternel", en commune Mukaza de la @MairieBuja , Q. Buyenzi, Av. du Rocher n°3
Tweet media one
19
47
216
@DeniseBucumi
Denise B. Nkurunziza
4 years
#Burundi : Ndipfurije Umurundikazi wese aho ari umusi mukuru mwiza w'akanyamuneza. Mu guhimbaza uyu musi mukuru, dushimire Imana ico yatugize, twongere tuzirikane ico tujejwe nk'abakenyezi kugira tube mu miryango ifise iteka n'itekane. #WomensDay2020
11
107
221
@DeniseBucumi
Denise B. Nkurunziza
2 years
Nous avons planifié et Dieu a réalisé. Depuis hier, Nous sommes en train de nous réjouir des oeuvres du Seigneur pendant la croisade d'évangélisation à @egliserocherssi . Merci à tous les participants et à @MarcelloTunasi qui continue de nous partager des enseignements si riches
Tweet media one
Tweet media two
Tweet media three
Tweet media four
15
47
219
@DeniseBucumi
Denise B. Nkurunziza
3 years
Gitugutu ni ukwezi kwo kubiba. Mu muryango wacu na twe ntitwosigara inyuma narirya dufise iragi twasigiwe na Nyakwigendera Petero Nkurunziza rivuga riti: Dukora-Dusenga Dusenge-Dukora.
Tweet media one
Tweet media two
Tweet media three
26
62
218
@DeniseBucumi
Denise B. Nkurunziza
3 years
#Burundi : Ndashimiye cane indongozi z'Umugambwe @CnddFdd ku mwanya bampaye kugira tuyage n'Abagumyabanga ku ruhara rw'urugo rwiza mw'iterambere ry'Umuryango n'Igihugu. Urugo rwiza narwo rubaho mu gihe Umugabo n'umugore bamenye inshingano zabo maze bakazikora neza
Tweet media one
Tweet media two
Tweet media three
Tweet media four
11
66
215
@DeniseBucumi
Denise B. Nkurunziza
3 years
Ubutumwa ku bakoresha #Facebook . @arctbdi
34
42
207
@DeniseBucumi
Denise B. Nkurunziza
3 years
Kwa uzoefu, nimeona kwamba Mungu anaweza kuwafariji watu katika nyakati ngumu. Maombi yangu na huruma zangu zinaelekezwa kwa familia ya Marehemu Rais @MagufuliJP na kwa wa Tanzania wote ili waweze kufarijiwa katika nyakati hizi za taabu.
12
86
211
@DeniseBucumi
Denise B. Nkurunziza
1 year
Vyari bihimbaye cane gusangira umwaka mushasha n'abana barerewe mwirerero Umusamariya w'Imbabazi i Buye mu ntara ya Ngozi. Kuruyu wa kabiri igenekerezo rya 03.01.2023
Tweet media one
Tweet media two
Tweet media three
Tweet media four
14
40
198
@DeniseBucumi
Denise B. Nkurunziza
3 years
#Burundi :Il y a trois ans lorsque nous avons démarré le projet de la radio communautaire @BuntuTv . La voir décrocher la 1ère place au concours sur "Le rôle des médias dans le développement des secteurs promoteurs de la croissance économique" est une fierté pour la @FondationBuntu
Tweet media one
Tweet media two
10
64
199
@DeniseBucumi
Denise B. Nkurunziza
2 years
Kwibutsa no gutanga umuco
25
31
194
@DeniseBucumi
Denise B. Nkurunziza
2 years
Il y a des années, lorsque nous avons accueilli ces enfants à l’orphelinat le Bon Samaritain de Ngozi,leur état de santé était plus que préoccupant. Je suis tellement heureuse de les remettre à leurs familles, grandis et épanouis.Aucune situation n’est désespérée aux yeux de Dieu
Tweet media one
Tweet media two
Tweet media three
Tweet media four
18
30
191
@DeniseBucumi
Denise B. Nkurunziza
2 years
Pasika nziza y'Amahoro n'Umunezero kuri twese
22
32
190